
Big Fizzo Ft Melanin Boy – Niwe Nshaka
My Mutima bingora gusinzira
Iyo ntakwumva iruhande yanje ubuzima burananiza
Ntanakimwe mba nitayeho Umunezero uba wagiye
Nakubona nkatwenga-twenga Umutima ugasubira Munda
Niwewe Umutima utererako
Iwawe ni muhira humutima wanje
Baby, ese uri Keza uteye neza nagatima waragacakiye
Gira ico ukunda gira ico wanka I’ll never & never let you go
Oya! Si ngaha kwisi gusa no mubundi buzima ni wewe nshaka gusaa!
Oya ! Si ngaha kwisi gusa no mubundi buzima ni wewe nshaka gusaa
Niwe nshaka gusaa (niwe nshakaa)
Niwe nshaka gusaa (niwe nshakaa)
Kure, kure, Kure cane Mubicu, aho niho niyumva kubw’urukundo umpa
Niwe, niwe, niwe ndwara ngwaye kandi ntashaka Urukingo
Mhm!
Wanyibagije abo twahuye (twahuye)
Ntarakumenya
Sinamenye ko imyuma yubwo bwiza hanyegeje ko uri umwana mwiza
Jewe nawe nta folie oya ntawobuza ukovyikora igikuru nuko dukundana canee!
Oya! Si ngaha kwisi gusa no mubundi buzima ni wewe nshaka gusaa!
Oya ! Si ngaha kwisi gusa no mubundi buzima ni wewe nshaka gusaa
Niwe nshaka gusaa (niwe nshakaa)
Niwe nshaka gusaa (niwe nshakaa)
[Big Fizzo Ft Melanin Boy – Niwe Nshaka LYRICS]