[Zen Mary – Munyana Lyrics]
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Twari tujanye na ba munyana
Maze ubutindi burankubira
None bavyeyi nimwumvire aho
I was a little girl kuki mutamperekeje?
Yewe Munyana (Hmm)
Munyana, uraza uramperekeza
And carry me safely home, yeah
And carry me safely home
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Hmmmm Hmm Hmm
Twarajanye turajana hama nsubira inyuma
Hari ako nkunda nari nibagiriye ku mugezi
Hmm Munyana, ese womperekeza!
I wanna go back to the river
Hari ako nibagiriyeyo
Munyana aranyishura: “Girl,
Ain’t going back to the river
Cause late night is dangerous
Dangerous, dangerous
Twari tujanye na ba munyana
Maze ubutindi burankubira
None bavyeyi nimwumvire aho
Twari tujanye na ba munyana
Maze ubutindi burankubira
None bavyeyi nimwumvire aho
Ayy nimwumvire aho
