Double Jay – DEEP
(feat Lino G, Kirikou Akili)
verse 1 :
Ntwara buhoro buhoro mukobwa umutima urikwiruka
ngeze kure cane eraga sindi kwiyumva
temperature irikuduga imanuka cane
Uhora umBaza kongukunda kenshi nkabura ico nkwishura
uzi ivyo nkeneYe sindinda kukwibutsa
let’s live the life i’m going to start to live with you my girl
Erege urandembesha
wasanze ndi inigga urandegeza
unyigisha gutereta
meze nk’umwana nsigaye nibebeza
Chorus :
Uru Rukundo ruri Deep Deep Deep ruri Deep Deep Deep
ukuntu niyumva ntanahamwe nigeze ndavyumva .
In case u don’t know
Baby in case u don’t know
Je siniteze kukureka nkagenda…
Yaje hageze uyu mwana maze
Atuma niyumva bien je ndamwita my lova.
Verse2 :
Iyo ungiye kure umutima urakunyishuza
Uje nkatuza
Je ndakugwaye wa mwana
Kuba naraguhisemwo jewe sinicuza baby u know that sinipfuza ko twovana
Elega ulandembesha wasanze ndi Nigga ulandegeza unyigisha guteleta meze nk’umwana nsigaye nibebeza.
Chorus :
Uru Rukundo ruri Deep Deep Deep ruri Deep Deep Deep
ukuntu niyumva ntanahamwe nigeze ndavyumva .
In case u don’t know
Baby in case u don’t know
Je siniteze kukureka nkagenda…
Yaje hageze uyu mwana maze
Atuma niyumva bien je ndamwita my lova.
Verse 3 :
Uburyo ngukunda Nsaba Imana singutakaze
Urukundo numva rwasaze
Oya ntiruzopfa ruheze
Oooh yeah yeah..
Kuva zamani we waranfashe maskini
Utuma nfata namadeni
Mbe nurukundo canke namajini … sinzi.
Elega ulandembesha wasanze ndi Nigga ulandegeza unyigisha guteleta meze nk’umwana nsigaye nibebeza.
[Double Jay – DEEP]
